Colonel Richard Hagabimana arageramiwe

0

Umuduga uhejeje gushika ku bohero rikuru ry’i Muramvya aho yungurujwe ari mw’ijoro. Yahagaritswe kw’itariki 27Ruheshi aho yanse ko yototeza abari m myiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca Petero Nkurunziza.

11880379_837751392969174_2964643476661546564_n

Ubu akaba yagirizwa ko yoba ari mu bagerageje gutembagaza ubutegetsi bw’i Bujumbura vyabaye itariki 13 Rusama 2015. Akaba yari yabanje gufungirwa mu bohero ry’abajejwe iperereza imbere yuko yunguruzwa mw’ibohero ry’i Muramvya. Uwumuburanira w’umu giriki akavuga ko yahohotewe ubuzima.

Kuri kano kanya nyene n’imfungwa zo muriyo bohero y’i Muramvya bakaba bariko barakoma induru bakaba kandi bariko baratabaza ubwo bubisha niryo yunguruzwa ry’ijoro kandi ritemewe n’amategeko.