Colonel Jean Bikomagu yahoze atwara Igisirikare yagandaguwe

0

Umukukuruke Colonel Jean Bikomagu yiciwe hafi yaho yaba aho yari avuye gutora inkumi yiwe kwishure Ecole Internationale de Bujumbura isaha zine aho yaciye acikana. Umukobwa wiwe nawe akaba yakomeretse cane aho yaciye ajanwa mu bitaro BUMEREC.

11846724_141400146198617_1400773672157247551_n

Umukobwa wiwe akavuga ko abantu babiri bari ku moto nibo baje hafi ya Portaille yuwo muhisi arindiriye ko bamwugururira niho abo bantu bahise barasa ubwo nyene aca aracikana.

11863468_940638462669123_8365179760589610060_n

Umuryango wiwe ukamenyesha ko atanakimwe cibwe biboneke ko ariwe bari baje kurondera gusa. Kwibarabara Yarande aho uyo muhisi yari aba hafi y’amashure y’aba biligi Ecole Belge iri muri quartier Kabondo mu gisagara ca Bujumbura.