CNDD-FDD yashize ahobona Film yerekana ukuntu barwaniye Democrasi bimwe bikomeye mu Burundi

0

peter

Umugambwe uri kubutegetsi ” CNDD-FDD washize ahobona Film yerekana ukuntu barwaniye Democrasi bimwe bikomeye mu Burundi ” murino Video habonekamwo abasirikare bavuga ukuntu baciye mu buzima bugoye kugirango bashike kuco bari bipfuza.

[youtube id=”01I7Mjn_UOI” align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]