UBM News ads
Saturday, December 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

CNDD-FDD : Jeremie ngendakumana nawe ngo yataye akaranga mutima k’umugambwe CNDD FDD niyitege ibihano

Jérémie-NgendakumanaJeremie ngendakumana yahoze ari umukuru w’umugambwe CNDD FDD nawe nyene ngo ashobor akuba uwukurikira guhabwa ibihano n’umugambwe CNDD FDD nkuko Gelase Ndabirabe yabimenyesheje. Ivyo akaba abivuze inyuma yaho uwo mushingamateka w’uburundi mu nama nshingamateka y’ibihugu vy’afrika y’ubuseruko amenyeshejereje ko ivyo yashikirije ko abakuwe mu mugambwe bakuwe hatisunzwer amategeko.Nkuko Gelase Ndabirabe yabimenyesheje ngo Jeremie Ngendakumana nawe nyene yaramaze guta akarangta k’umugambwe wabo.

Nkuko uwo muvugizi mushasha wa CNDD FDD yabishikirije ngo abasavye Congres y’umugambwe ntibabirekuriwe kubera bamaze gufutwa mu mugambwe CNDD FDD.

Mwibuke ko abashize igikumu kuri urwo rwandiko ari abatemera ikiringo ca gatatu c’Umukuru w’igihugu, Bikanavurwa ko hari n’abatashimye gushirako ico gikumu ariko nabo biyumvira nkabo baguimyabanga aho twovuga nk’abasanzwe barongo Inama nshingamateka, Nkenguzamateka, Icegera ca Kabiri c’umukuru w’igihugu hamwe n’umuhuza w’abarundi banasanzwe batanarekuriwe kurenga imbibe z’Uburundi.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments