Christopher abandanya agaragariza urukundo Miss Colombe

0

Nyuma yaho bivugiwe ko umuririmvyi wo mu Rwanda Muneza Christopher ko yoba arti mu rukundo na Miss Colombe ariko uyo muririmvyi akabihakana,Christopher yaraye asubiye kugaragariza urukundo Miss Colombe aho uyo mwigeme yarafise isabukuru yakwiza imyaka 21,Christopher yanditse avugako Miss Colombea ari uwa gaciro cane kuri we.
miss colombe na christopher
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa instagram,christopher akaba yaranditse aya najambo akurikira:
Mu nshuti zose aho ziva zikagera, uri inshuti igira ubuntu, uri umunyarugwiro kandi ugira urukundo. Iyaba byashobokaga nari kukubwira amaso ku maso uburyo uri uw’agaciro gakomeye kuri njye, ariko ntakundi ibi nibyo intera iri hagati yacu inyemerera. Isabukuru y’amavuko Akiwacu Colombe, nkwifurije amahirwe mu ntambwe nshya y’ubuzima. Nta gushidikanya, uzakomeza gutsinda muri aho uzajya hose.
Ayo majambo rero akarekana ko hagati ya Christopher na Miss Colombe ko hoba hariho ikintu hagati yabo.
christopher arikumwe na miss colombe
Iyi nkuru ikinyamakuru canyu tukaba tuyikesha ikinyamakuru co mu Rwanda inyarwanda.com