Christian Ntinteretse agiye gushira ahabona indirimbo yitwa AGASIBE

0

Umuririmvyi w’umurundi Christian Ntinteretse agiye gushira ahabona indirimnbo nshasha,indirimbo yitwa AGASIBE nkuko yabimenyesheje ikinyamakuru canyu Ubmnews.com mu kigaganiro twagiranye nuyo muririmvyi.
christianntinteretse
Ikinyamakuru Ubmnews.com kikaba caramubajije Christian NTinteretse igituma iyo ndirimbo yashimye kuyita AGASIBE,n’impanuro zoba ziri muri iyo ndirimbo,Christian Ntinteretse akaba yishuye ati;AGASIBE n’indirimbo nanditse kugira mpanure abantu banwa inzopga ko bonwa nkeya,ko bonwa bigerera.
ntinteretse

Twobamenyeshako Christian Ntinteretse yigeze gutahukana ihiganwa PRIMUSIC mu mwaka wa 2014.