CHRISTIAN NTINTERETSE ABANDANYA AVYIFATAMWO NEZA MU RWANDA

0

Umuririmvyi w’umurundi Christian Ntinteretse yamenyekanye kubera yatahukanye ihiganwa PRIMUSIC abandanya avyifatamwo neza mu gihugu c’urwanda aho abarizwa muri kino gihe nkuko ikinyamakuru canyu ubmnews.com cashoboye kuvyibonera mu matohoza cagize.

christian
Christian Ntinteretse akaba aherutse gukora igiteramo kimwe n’umwe mu baririmvyi bakomeye cane muri ico gihugu c’urwanda,umuririmvyi King James
Tworangiza tubamnenyeshako Christian Ntinteretse abandanya asohora izindi ndirimbo zizoza gusubirira indirimbo NDAJE UBUTAGISUBIRA INYUMA.