Christian Nimbona aherutse gusohora indirimbo yitwa Mana uri mwiza.

0

Umuririmvyi aririmba indirimbo ziyagiza Imana Christian Nimbona benshi bazi nka Ndugu aherutse gusohora indirimbo irimwo ubutumwa bwiza,indirimbo yise Mana uri mwiza,indirimbo ije gusubirira indirimbo yiwe yakunzwe cane yitwa Nyitaba Mana.
christian
Mana uri mwiza akaba ari indirimbo yakozwe na Big bass nkuko Christian yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru canyu ubmnews.com
ndugu
Twobamenyeshako Cfristian ndugu ari mu baririmvyi 10 bariko bahiganigwa ihiganwa isanganiro awards.