Christa Hasta yoba asigaye ari m’urukundo n’umwe mu baririmvyi b’abarundi bari m’umugwi wa Best Life Music

0

Umukunzi w’umuziki w’uburundi ariwe Christa Hasta yoba asigaye ari mu rukundo n’umwe mu baririmvyi b’abarundi nkuko ikinyamakuru canyu ubmnews.com cakoze amatohoza kigasanga uyo mukunzi w’umuziki ndundi ko yoba asigaye ari mu rukundo n’umwe mu baririmvyi bahurikiye mu mugwi BEST LIFE MUSIC.

christa hasta

Mu kiganiro ikinyamakuru canyu ubmnews.co twagiranye na bamwe mu begereye Christa Hasta bakaba baratubwiye ko ariyo ko Hasta ari mu rukundo n’umwe mu baririmvyi bahurikiye mu mugwi BEST LIFE MUSIC ariko ntibatubwiye izina ryuyo muririmvyi ari mu rukundo na Christa Hasta.

hasta

Ikinyamakuru canyu ubmnews kikaba kigiye kubaronderera Christa Hasta kugira atange umuco.