Friday, December 2, 2022
HomeNewsCharly na Nina bagiye gushikira muri Star Hotel

Charly na Nina bagiye gushikira muri Star Hotel

Mu gitondo co Ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 24 niho abaririmvyi b’ abiri bazova baje bavuye mu gihugu c’ urwanda aribo charly na Nina niho bazoshika kubutaka bw’ uburundi nkuko amakuru dukesha abazoba bazanye abo bigeme mu giteramo kizoba ku munsi wa noweri kuri lacoste beach.

Nkuko rero abazoba bazanye abo baririmvyikazi batwiganiye bavuga ko abo baririmvyikazi charly na nina bazoshikira mw’ ihoteri ikunzwe cane muri kino gihugu muri ino minsi,ihoteri izwo kwizina rya star hotel ko bazonahamara iminsi igera kuri 3 yose.

Tworangiza tubamenyesha ko abo baririmvyikazi batazoba babaye aba mbere bashikiye ngaho kuko hamaze gushikira n’ abandi baririmvyi bakomeye muri aka karere nka: Diamond,Alikiba,tom close n’ abandi benshi

Must Read

Perezida Kagame yagiriza Tshisekedi kwitwaza intambara ya M23 kugira yunguruze amatora...

0
Umukuru w’igihugu c’Urwanda, Paul Kagame yagiriza mugenzi we w’igihugu ca Congo, Felix Tshisekedi ko yoba afise imigambi yo kwitwaza ibibazo vy’umutekano muke urangwa mu...