Charlie na Nina mu giteramo i Bujumbura

0

Abaririmvyikazi babiri bo mu gihugu c’ urwanda aribo Charlie na Nina bagiye kuza mu gihugu c’ uburundi guteramisha abakunzi b’ umuziki nkuko amakuru ikinyamakuru cacu gifise yemejwe n’ abo baririmvyikazi nyene bo mu gihugu c’ urwanda
charlie-na-nina
Ikinyamakuru cacu kiganira nabo baririmvyikazi kikaba catanguye kubabaza ko arivyo bagiye kuza mu gihugu c’ uburundi,Charlie na Nina bati: ego nivyo kw’ igenekerezo rya 25/12 tuzoba dufise igiteramo i bujumbura ahitwa kuri lacoste beach,tukaba tunatumiriye abarundi bose kuzosidukana niyonka kuko tuzobanezereza bikwiye

Tworangiza tubamenyesha ko ikinyamakuru cacu ubmnews kizobabwira vyinshi ku bijanye nico giteramo ca Charlie na Nina mu gisagara ca Bujumbura