Chany Queen kugeza ubu niwe muririmvyikazi wa mbere akunzwe cane kurusha abandi bose mu Burundi ” Raba hano

0

Umuririmvyikazi w’umurundi abenshi bazi kwizina rya Chany Queen ( Chanella ) kugeza ubu nkuko biboneka akaba ariwe muririmvyikazi wa mbere akunzwe cane kurusha abandi bose mu Burundi.

chany

Iki kibanza ca mbere akaba agitwaye nyuma yaho mu mwaka uheze w’2015 , umuririmvyi Big Fizzo hamwe na Sat aribo bafata ikibanza ca mbere ariko ubu ho bikaba biboneka nkivyahindutse kuko Chany Queen niwe kugeza kano kanya afise abafans benshi bamukurirkirana kubuhinga ngurukanabumenyi gusumvya abandi baririmvyi bose baba mu Burundi .

chany queen

UBM News tubibutse ko uno muririmvyikazi ari uwambere w’umurundi aronka abantu benshi bamukundira ibintu aba yashize kubuhinga ngurukanabumenyi bwa ( Facebook ) .