Amasanamu y’indirimbo ya Without You ya Chany Queen azoba adasanzwe : Raba hano amafoto

0

Nyuma yo kuvugwako vyinshi ko adakora indirimbo ziwe n’amasanamu yiwe ari wenyene kandi ari umwe mu baririmvyi b’abarundikazi ba kera,chany queen ariko arakora amasanamu y’indirimbo yiwe yitwa ” Without You,indirimbo y’urukundo kandi irimwo amajambo meza y’urukundo.

chany queen
Ayo masanamu akaba yafatiwe kw’i hotel club du lac tanganyika ku munsi wa gatanu igenekerezo rya 16/10/2015

1

Amwe mu mafoto ikinyamakuru canyu cashoboye gufata
2 3

chany q

chany queen

queen