Buramatari wo mu kirundo mu Nama y’umutekano yavuzwe abaterwa ama grenade

0

reverien-nzigamasabo-gouverneur-de-la-province-kirundo-murehe-une-reserve-nature

Buramatari wo mu ntara ya kirundo Nzigamasaba Reverien mu nama y’umtekano yakoresheje muri iyo ntara yamenyesheje ko abadashaka amatora aribo bariko batera ama grenade muri iyo ntara agasaba abajejwe umutekano ko bobafasha gucunga umutekano.

Nijimbere Jacob yamenyesheje ko biteguye gukingira amatora uko bigenda kwose, nga nta guhengeshanya.

Mwibuke ko iryo jambo nyene riheruka gushikirizwa n’abatwara CNDD FDD Ku rwego rw’igihugu aho bamenyesha ko n’ibiganiro vy’abahuza n’abo batavuga rumwe ari ugutakaza umwanya gusa, ahubwo bakavuga ko bakwiye kwitaho amatora gusumba.