Breaking News: Urutonde rwabazohiganwa mukibanza c’umukuru w’igihugu ruza rwamaze gusohoka ” Raba hano

0

Bamwe mubemejwe n’umurwi CENI guhiganirwa ikibanza c’umukuru w’Igihugu naba bakurikira .

president

1) Nkurunziza Pierre , CNDD FDD
2) Nduwayo Gerard , UPRONA
3) Mutabazi Jean de Dieu, KOPA
4) Ndayizeye Domitien , RANAC Dushayuruburundi
5) Rwasa Agathon , Urunani « Abigenga- Amizero y’Abarundi »
6) Bigirimana Jacques , FNL
7) Minani Jean ,FRODEBU Nyakuri, Iragi rya Ndadaye
8) Ntibantunganya Sylvestre, Uwigenga

1-75-e611c

2-73-99722