Breaking News : Umuvyeyi wa Chany Queen yitavye Imana ntakiri muzima.

0

Inkuru yihuta idushikiriye uno mwanya hano kuri UBM News, yemeza neza ko umuvyeyi wa Chany Queen yitavye Imana , iyo nkuru ikomeje kubabaza abatari bake ikaba yemezwa kandi nuwo muririmvyikazi.

chany queen

Gitare Chanelle benshi bazi kwizina rya Chany Queen yasabiye nyina yamwibarutse urugendo rwiz, Kubwiwe ngo agiye yarakimukeneye ariko ngo nta nkeka Imana yo yamukunze gusumba.

Chany Queen yagize ati : Maman imana ikwakire mu bwami bwayo ugiye tukigukeneye ariko ndazi kwimana nayo yarigukeneye

UBM News tubibutse ko Imvo z’urwo rupfu hamwe n’iyo yapfiriye ko bitaramenyekana ariko Tukaba tugiye kubitohoza, ikindi naco tugiriyeho duhoza umuryango wuno muririmvyikazi ”Imana imwakire mu bwami bwayo.