UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Breaking News : Umuririmvyi Nzeyimana Mkombozi vuba agiye gusubira muri Africa.

UBM News ads

Umuririmvyi wa mbere akundwa n’abantu benshi ndetse atanumwe amwegera m’umuziki wa Hip Hop bivanye nuko ariwe afise aba fans benshi ” Nzeyimana Mkombozi, nyuma yiminsi mike abarizwa hano muri Leta zunze ubumwe za America vuba ngwagiye gusubira muri Africa.

mkombozi

Ivyo rero uno muririmvyi akaba yabivuze uyu munsi mu gihe yariko araganira n’Ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gikorera muri Leta zunze ubumwe za America ” UBM News ” , aho Mkombozi we yavuze yuko ikizoba kimusubijeyo ari ugusohora ururirimbo rwitwa ” Papa Nzeyimana hamwe no gutora umwana wiwe yitwa Nzeyimana Antivirus Nadine ari i Dar es salaam muri Tanzania.

mkombozi hasta

Mkombozi yagize ati : Vuba ndasubira muri africa, nzoba ngiye gusohora ururirimbo rwitwa PAPA NZEYIMANA ariko sindamenya aho nzorukorera n’igihugu icarico ikindi naco nuko nzoba ngiye gutora ikibondo canje kiba i Dar es salaam citwa Nzeyimana Antivirus Nadine.

UBM News tubibutse ko kano kanya ino nkuru tuyisohoreye ( Feb 14, 2015 ) uno muririmvyi abarizwa hano muri Leta zunze ubumwe za America.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments