Breaking News : Umukuru w’umugambwe UPD zigamibanga ” ZED FERUZI ” bahejeje kumwica ” Raba hano

0

Amakuru ababaje adushikiriye kano kanya kuri UBM News yemeza neza ko Umukuru w’umugambwe UPD ZIGAMIBANGA ” ZED FERUZI ” baheje kumurasira mungagara impande ya PAFE, amakuru twarose bikaba bivugwa yuko arashwe n’abantu bari mu modoka yo mubwoko bwa Ti ,ariko abantu bamurashe bakaba bataramenyekana .

feruz

Nkuko ano makuru twarose yabandanije abivuga ngo nuko yarashwe amasasu menshi cane aho yaciye yitaba Imana, UBM News duhojeje umuryango wiwe hamwe n’abanywanyi yararongoye, Imana imwakire m’ubwami bwayo.

feruzi