UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Breaking News : Umukuru W’igihugu yaraye yitavye Imana

UBM News ads

Amakuru atangazwa n’ibinyamakuru bitandukanye ndetse yemezwa na Leta ikorera muri Zambiya, avuga ko Perezida wico gihugu ” Michael Sata ” ko ejo hashize yuko ariho yitavye Imana, aho mukaba mwomenya ko yaramaze iminsi arwariye muri Londres mu Bwongereza.

5824

Michael Sata w’imyaka 77 yapfiriye I Londres aho yar’amaze indwi yose agiye kwivuriza, kugeza kano kanya uwahora nawe ari icegera ciwe ” Guy Scott ” akaba ariwe yaciye agenwa kuba umukuru w’igihugu w’imfatakibanza inyuma y’urupfu rwa prezida Michael Sata.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments