Breaking News : Umukuru w’igihugu nubwo vyogenda gute ngo ntarota aheba kwitoza.

0

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ngo nubwo vyogenda gute ngo ntarota aheba kwitoza mumwanya w’umukuru wigihugu, ivyo bikaba bihejeje gushikirizwa na Willy Nyamitwe asanzwe ajejwe ivyo gutumatumanako amakuru mubiro vy’umukuru wigihugu.

peter

Abantu benshi kugeza ubu bari mumabarabara biyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, abatari bake baramaze gufungwa ndetse hakaba harimwo nabamaze kuhasiga ubuzima muriyo myiyerekano.

UBM News tubibutse ko iyo myiyerekano yatanguye kumunsi wa mungu, kugeza ubu ntanumwe azi aho izoherera.