Breaking News : Nkurunziza ahejeje gukubitwa Coût d’état ubu ntakiri umukuru w’igihugu

0

Amakuru yizewe adushikiriye hano kuri UBM News, avuga ko General Niyombare Godefroid ahejeje guhirika ubutegetsi ( Coût d’état )

general

Inkuru iramvuye irabashikira mukanya aho abanyamakuru ba UBM News baba i Bujumbura bariko barakurikirana iyi nkuru.