Thursday, October 6, 2022
HomeNewsBreaking News : Mu Burundi abantu benshi bariko baricwa kubera Petero Nkurunziza...

Breaking News : Mu Burundi abantu benshi bariko baricwa kubera Petero Nkurunziza ” Raba hano Video

Nyuma yaho Petero Nkurunziza yemejwe na CNDD-FDD ko ariwe azobaserukira mumatora twimirije, Imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ciwe ca gatatu yabaye ukuri kwamye mu gisagara ca Bujumbura aho abanyagihugu bazibiye amabarabara ndetse amakuru adushikira hano kuri UBM News akaba avuga ko hari abarashwe kandi ngo bamwe baza bamaze no kwitaba Imana.

mana-taba

Uyu munsi aba police bakoresheje inguvu zose zishoboka mukubuza iyo myiyerekano haba nko kurasa ivyuka vyokera eka no kurasa amasasu utibagiye na vyabimodoka birasa amarangi ku bantu.

Kugeza ubu abenshi baba mu Burundi bafise ubwoba ikindi naco Leta ihari ikaba idashaka ko abanyagihugu bamenya ibiriko biraba mu Burundi kuko iza yatanguye kwugara imirongo imwe yamaradio akorera mu Burundi aho twovuga nka RPA, Isanganiro hamwe na Bonesha FM

pol

aswa

daas

lksa

raswa-c0082

um

wsas

[youtube id=”_-mDupAOHVY” align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]

Must Read

Umushingwamanza Sandra Ndayizeye yakuyemwo akarenge mu rubanza rw’uwo aburanira muganga SAHABO.

0
Umushingwamanza Sandra Ndayizeye aburanira muganga Sahabo Christophe yaraye akuyemwo akarenge mu rubanza rw'uyo yaburanira iki gihe apfungiwe mw'ibohero rya Ruyigi. Sandra Ndayizeye akaba yagiriyeko...