#Breaking News | Mbonimpa Pierre Claver bamurashe

0

MBO

Pierre Claver Mbonimpa yarashwe n’umuntu ataramenyekana, uwo mutama akaba yarashwe atahutse, akaba yarageze aho bita ku kanga nkuko amakuru dukesha Pacifique Nininahazwe abimenyesha.

 

Uwo muyama aharanira agateka ka zina muntu n’akabafungwa ngo kuri ino saha ari mu bitaro pluclinique Central aho ariko aravurirwa. Ariko nkuko Pacifique abandanya abishikiriza ngo ubwoba ni bwinahi kuko bashobora kuza guheraheza akazi batarangije abagira bakore ako kabi kabishe, agasaba ko ababijejwe bokwirukirayo kumucungerera umutekano.