Umugore womuri Kenya yatuririye abana biwe munzu ashaka kubica ariko abantu bahabangukiye hakiri kare baratabara ” Nkuko tubitangarizwa na KTN Leo, bo bavuga ko uwomugore yahenze abana biwe ngo baje kuryama kugirango ntibaje kwishure, arafu ahite akora ivyo yari yapanze.
Raba Video hano musi yuwo mugore yatuririye abana munzu.
Recent Comments