Thursday, September 21, 2023
No menu items!
HomeNewsBreaking News : Intambara mu Burundi '' ibiriko birakoreka uvyunvise birababaje cane.

Breaking News : Intambara mu Burundi ” ibiriko birakoreka uvyunvise birababaje cane.

Mu ntambara ziriko zihuza abasirikare n’abagwanyi bazananye muri Kongo kuva kuwa kabiri w’iyi ndwi hari abagwanyi bafashwe munyuma baca baricwa.

umwe

Ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu APRODH rivuga ko Reta y’Uburundi ishobora gufatirwa ibihano kubera yahonyanze amategeko agenga intambara, APRODH yihanikiriza kwica umugwanyi yishikanye canke yafashwe mpiri.

Ishirahamwe APRODH rivuga kandi ko bitangaje kubona gushika ubu igisirikare na Reta ataco barashikiriza kuvyerekeye abo bagwanyi. Kandi ngo Uburundi ngo bushobora gukurikiranwa ko bukoresha abanyagihugu mu ntambara ico bita « Millice » kubera hari urwaruka ruriko rufashanya n’igisirikare.

SRC : Bonesha FM

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments