Thursday, September 21, 2023
No menu items!
HomeNews Breaking News : igihugu c’ubushinwa cahaye infashanyo u Burundi ingana n'imiriyaridi...

Breaking News : igihugu c’ubushinwa cahaye infashanyo u Burundi ingana n’imiriyaridi 11 ( 11.000.000.000 ) impanvu ya vyose niyi hano !

Igihugu c’ubushinwa cemeye guha amahera angana umuriyaridi 1 w’amarundi Uburundi kugira butegure neza amatora yo mu mwaka 2015. Ico gihugu cahaye kandi imfashanyo Uburundi ingana n’imiriyaridi 10 z’amafaranga y’amarundi congera ciyemeza kwubakira Uburundi ibigo bibiri, kimwe kijejwe ubushakashatsi muvyuburimyi, ikindi muvyubuhinga.

nkurunziza

Ivyo rero biri muvy’umukuru w’igihugu NKURUNZIZA yemerewe mu rugendo yahoramwo mu Bushinwa kuva kuwa kane w’indwi iheze. Akaba yari yaroye mu birori vyo kwugura inkino z’abanonotsi « Jeux Olympiques de la Jeunesse ».

Sources : Bonesha FM

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments