UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Breaking News : Franck amagara aramukitse ” Wunvise ivyamushikiye birababaje ! Soma hano wunve !

UBM News ads

Ikinyamakuru cacu DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI kira menyesha incuti zikwirikirana amakuru y’abaririmvyi n’abaririmvyikazi b’igihugu c’u Burundi bwacu ko kiri n’umubabaro idasanzwe aho kigwaje biteye ubwoba umukuru waco ari we FRANCK.PRO amagara aramukitse cane gose, aho adashobora kuva muburiri.

franck

Kira menyesha abakunzi b’umuziki mu Burundi ko bo sengera ku Mana umukuru waco FRANCK.PRO agashobora gukira.

Kirongera kika menyesha mwese mukwirikirana kino kinyamakuru DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI ko mwokwihana gushika umukuru waco FRANCK.PRO akize indwara ibangamiye umubiri wiwe , niho , kizosubira gushikiriza AMAKURU Y’ABARIRIMVYI N’ABARIRIMVYIKAZI bacu mu BURUNDI.

Guhera ino musi itariki 21/06/2014 niho ikinyamakuru DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI gifise akababaro kadasanzwe mukugwaza umukuru waco.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments