UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Breaking News : Duteze imbere umuziki mu Burundi hamwe na UBM News ubu dusigaye dukorera hamwe !

UBM News ads

Inkuru kubasomyi bacu bose ba UBM News :

Nkuko twavyiyemeje ko tuzokora uko dushoboye kwose kugirango tubashe guteza imbere ibikorwa vy’abarundi hamwe n’abaririnvyi bose b’abarundi , ibinyamakuru bibiri mukunda muri benshi cane ” UBM News hamwe na Duteze imbere umuziki mu Burundi ubu twagiye hamwe kuburyo ubu muzoza mubona amakuru menshi cane agezweho y’abarundi .

1

ubwo rero Twashaka kubamenyesha y’uko URUBUGA RWACU ( WEbSITE ) mwahora mukunda cane gose gukwirikirana amakuru acaho ari rwo ( Duteze imbere umuziki mu Burundi ) UBU TWASHAKA KUBABWIRA Y’UKO IKINYAMAKURU CACU ciyunze hamwe n’ikinyamakuru UBM NEWS , ubu bikaba bigiye kuba izina rimwe mugukorana hamwe n’ishaka ryinshi mukuguma DUTEZA IMBERE UMUZIKI W’IGIHUGU CACU C’U BURUNDI BWACU.

Guhera uno munsi kw’itariki 07/05/2014 DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI HAMWE NA UBM NEWS BIRIHAMWE VYAGIYE HAMWE ubwo MUZOZA MURAKWIRIKIRANA AMAKURU MASHASHA MASHASHA Agezweho y’ABARIRIMVYI B’ABARUNDI BARI MU BIHUGU BITANDUKANYE kw’ISI YOSE.

BAKUNZI B’UMUZIKI MUBURUNDI ubu AMAKURU YOSE YA DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI MUZOYASANGA KURI UBMNEWS.COM nkuko twabibabwiye twiyunze hamwe na UBMNEWS murwego rwo gukomeza DUTEZA IMBERE UMUZIKI W’IGIHUGU CACU DUKUNDA CANE C’ BURUNDI hamwe nukwamaza hose umuziki w’i BURUNDI IWACU.

MURAKOZE!!!!

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments