Breaking News : Big Fariouz yarekuwe abanje kuriha ibihumbi ( 500.000 RWF ) ” Soma ngaha wumve

0

Umuririmvyi rurangiranwa akunzwe cane mumuziki wu burundi ” Big Fariouz , kugeza ubu aza yamaze kurekurwa aho yaciwe amande yibihumbi amajanatanu vyamanyarwanda ( 500.000 RWF ) nkuko vyemezwa na Alain Mukuralinda; umuvugizi w’ubushinjacaha bw’u Rwanda.

Fariouz

Big Fizzo yarekuwe uyu musi itariki ya 10/30/2015, aho yaramaze mugasho imisi igera kuri 4 , we yari yafashwe yagirizwa icaha co guha inzoga umwana w’umukobwa atarakwiza imyaka 18.

UBM News tubibutse ko hari amakuru yavugwa ko uno muririmvyi yoba yarararanye nuwo mukobwa vyitwa kwarumwana vyasangiye inzoga uwo munsi igihe yafatwa, ariko bamwe mubegereye uno muririmvyi bemeza neza ko ari urukurukuru rwabantu bivugira kugirango bacafuze izina rya Fizzo.