Agathon RWASA ahejeje gutanga ibimuranga kugira azohiganwe murano matora y’umukuru w’igihugu.

0

Umwe mubanyepolitike akomeye cane mu Burundi ” Agathon Rwasa ” kano kanya amakuru yizewe adushikiriye hano kuri UBM News avuga ko ariho agiheza gutanga ibimuranga kugira azohiganwe murano matora y’umukuru w’igihugu.

Agathon

Ibintu bisa nibiriko birahinduka kuko abenshi bari bazi ko amatora atoshobora kwitabwa mu gihe bamwe mubanyepolitike bakomeye nka Agathon rwasa bari bavuze ko badashobora guhiganwa na Nkurunziza ariko nkuko bibonetse bisa nivyahindutse kuko Kano kanya Agathon RWASA ahejeje gutanga ibimuranga kugira azohiganwe murano matora twimirije.