Black Arthur na Ashley Diva baruko bakora indirimbo yitwa EVERYHING

0

Umuhinyanyuzi Black Artur yamaze kwinjira mu mwuga wo kuririmba nkuko yabimenyesheje ikinyamakuru canyu Ubmnews.com,akaba ariko akora indirimbo iryoshe cane,indirimbo ariko akorana n’umuririmvyikazi Ashley Diva,indirimbo yitwa EVERYTHING.
ashley 2

Iyo ndirimbo bakaba bariko bayikorera mu gihugu ca Kenya aho abo Black Arthur na Ashley Diva babarizwa muri kino gihe kuva yaho imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca 3 c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza itanguriye.
ashley 1
Ashley
Everything ikaba igiye gusohoka vuba nkuko Abo baririmvyi bashoboye kuvyiganira ikinyamakuru Ubmnews.com