Ibi bikunze kuba kenshi mu gihugu ca Tanzania ariko abantu bakaba bakomeje kwibaza ukuntu umuntu aba aboneka nkaho ari umugabo akwiye yisoneye ariko wagenda kuraba ugasanga ibintu akora biba biteye isoni.
Mu gihugu co muri Tanzania k’umurwa mukuru wa Dar-es-salam , haraye hafashwe umugabo afise umugore aho yararikumwe n’abagore bashika 3, nkuko bivugwa nikinyamakuru kimwe gikorera muri Tanzania, bo bavuga ko abo bafashwe yuko bariko barakora imibonano mpuzabitsina.
Abanyamakuru bakihagera aho habereye ivyo bintu ngo ntakindi kintu babanje gukora kiretse kubanza gutangura gufotora hanyuma ibindi bakabimenya mu nyuma ; uyu mugabo abonye abanyamakuru bariko baramufotora ngo yarateye intambara kuburyo hari umwe mubanyamakuru yakomeretse gusa ngo munyuma yaje guhamagarirwa police aho kugeza ubu yaraye afungiwe mugasho ko muri Dar es Salaam
Recent Comments