Wednesday, September 27, 2023
No menu items!
HomeNewsBiteye isoni : Dar es Salaam umu Pastori yafashwe ariko arasambanya umugore...

Biteye isoni : Dar es Salaam umu Pastori yafashwe ariko arasambanya umugore wabandi mucumba bakoreramwo amasengesho ” Raba Video

Umu Pasteri ayobora urusengero rwitwa,Living Word Ministry muri Tanzania nawe yafashwe asambanya umugore wabandi mucumba ca masengesho, ubu noneho ino ngeso aba pastor badukanye iteye isoni kuko no bakomeje gukora ibintu bitari vyiza binyuranye n’ubutumwa birirwa batanga munsegero zabo barongoye.

uyu mu pasteri azwi kwizina rya Michael Semeni ngo amaze iminsi abantu bamubona agendana n’uyu mugore cane ariko ntabwo abantu bahora babibazaho vyinshi kuko bo baba bibaza ko baba bari mumasengesho.

Pasteri hano yari yakuye agahuzu nyuma yuko bari bamaze kumufata ariko ijambo ryiwe yaguma avuga nuko yasaba ko bo mubabarira ngo nisatani yamugerageje.


Uruseshengero arongoye nuru hano mubona ” rwitwa Living Word Ministry

Sources ” Global Publishers

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments