UBM News ads
Friday, December 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Biratangaje : Soma hano umenye abakobwa b’abarundi basigaye bitera inshinge kugirango ibibuno vyabo bibe binini !

kenya 1

Hashize iminsi myinshi abakobwa bo muri kenya aribo baza ku mwanya wa mbere mukuboneka neza mugace ko muri east africa hamwe hamwe no mubindi bihugu bituyemwo abanyakenyakazi usanga abo bakobwa bafise taille nziza cane.

Ikinyamakuru candikirwa muri kenya citwa Habaliyazaid catangaje umukobwa uzwi kw’izina rya mwangi nema ko yoba yaratahuwe ko yitera inshinge zivyibusha ibibuno kugirango azokureho mugenzi we yitwa Vera sidika ubu uri ku mwanya wa mbere muri kenya mukugira umubiri uboneka neza.

kenya 2

N’ubwo hatahuwe uyu benshi bavuga ko na mugenzi we Vera sidika ko nawe ariko abigenza kugirango agire ama taille manini aruta ayabandi kuko kugeza ubu ntawuraboneka umurusha taille nini aho muri kenya.

Ibi vyo bikorwa n’abakobwa bo muri Kenya, ikibazo twibaza mubakobwa b’abarundikazi bafise amabuno manini, ese nabo boba bakoresha ishinge kugirango bongerekane ???? gira ico ubivugako

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments