Uwovuga ko uno mugabo ari umwe mu bantu ba mbere bamaze imyaka myinshi hano kwisi ntiyoba yibeshe, kwizina yitwa Mahashta Mûrasi ava muri India, ubwiwe avuga ko yavutse mu mwaka wi 1835.
Nkuko ano makuru yemezwa n’ibinyamakuru bikorera muri India, harimwo na ” WorldNewsDailyReport.com , bo bavuga yuko uno mugabo yavukiye mugace bita Bangalore hari mu kwambere itariki 6 ( January 6, 1835 )
Mahashta Mûrasi umugabo w’imyaka 179 yamavuko abajijwe n’itanganzamakuru rikorera muriki gihugu we yagize ati : Abana banje, abuzukuru n’abuzukuruza bo baza barapfuye, ahubwo jewe mbona urupfu rwaranyibagiye.
Recent Comments