Big fizzo yoba yaheruka mu Burundi?

0

Umuririmvyi w’umurundi Mugani Desire azwi nka Big Fizzo yaheruka mu burundi nkuko amakuru ikinyamakuru canyu ubmnews dukesha bamwe mu begereye uyo muririmvyi aho bavugako uyo muririmvyi yamaze iminsi ibiri arikumwe n’abagenzi biwe muri zone Kamenge.
fizzo
Nkuko ayo makuru abivuga ngo Big Fizzo ntiyashatse ko hamenyekana ko ari hano mu Burundi ngo nico gituma abantu batamenye ko yahora hano mu Burundi
fizzo big
Tworangiza tubamnenyeshako Big Fizzo muri kino gihe abarizwa mu gihugu c’urwanda