Big Fizzo yasohoye indirimbo nshasha yitwa ABISI

0

Nyuma yo kuva mw’ibohero i Remera aho yamaze amajoro agera kuri 4,umuririmvyi Mugani Desire azwi nka Big Fizzo yasohoye indirimbo yitwa ABISI nkuko amakuru ikinyamakuru cacu dukesha ikinyamakuru akeza.net

big fizzo

Iyo ndirimbo ikaba irimwo amajambo nkoramutima aho Big Fizzo avuga vyinshi na cane cane kubijanye n’ifungwa ryiwe.
fizzo
Tworangiza tubamenyesha ko ino ndirimbo izobashikira mu misi ya vuba