Thursday, September 21, 2023
No menu items!
HomeNewsBig Fizzo nawe yavuye mugacerere agira ico avuga kuri bano bantu ''...

Big Fizzo nawe yavuye mugacerere agira ico avuga kuri bano bantu ” Unva hano ibintu bikomeye yavuze.

Umuririmvyi wa mbere mu Burundi akunzwe cane kurusha abandi bose ndetse akaba arinawe afise abantu benshi bamukurikirana kubuhinga ngurukanabumenyi ” Big Fizzo ” aremeza ko naho hoba hariho abadakunda ivyo yakoze, ariko arazi neza abo nyene batabikunda ko burigihe cose aribo bagerageza gukurikirana ibikorwa vyiwe, nubwo bo batovyerekana.

Big-Fariouz

Mu bisanzwe iyo tugeze kuvyerekeye ubuhinga ngurukanabumenyi bwa Internet, akenshi nakenshi kubaririmvyi kugirango vyemezwe ko bakunzwe cane, usanga ababakurikirana kumirongo yabo canke ababakundira ivyo baba banditse baba ari benshi cane , ivyo rero rimwe na rimwe akaba arivyo vyerekana yuko umuririmvyi aba akunzwe, K’umuririmvyi Big Fariouz we siko abibona ahubwo avuga ko nubwo utomukundira ibintu vyise ariko arazi neza ko ubikurikirana.

Big Fizzo yagize ati : It’s ok, U don’t have to like or comment on my post. But i know u watching ” Tubishize mu kirundi bivuga kuno : Ntangorane, singombwa ko ukunda canke wandika iciyunviro cawe kuvyo mba nanditse ariko ico nzi neza nuko unkurikirana.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments