Big Fizzo ari mumubabaro udasanzwe kubera bino bintu ! Raba hano uko yavuze

0

Umuririmvyi Big Fizzo afise umubabaro udasanzwe bivanye nibihe bikomeye u burundi burimwo aho abanyagihugu benshi bari mwibarabara biyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, umuririmvyi Fizzo asaba ko Imana ko yogarukira u Burundi.

Big Fizzo

Mu majambo uno muririmvyi yivugiye we asaba ko Imana yo garukira igihugu cu Burundi kuko ngo hari benshi bariko barapfa bazira Democracy.

Fizzo yagize ati : Dear God, save my country and protect my people, ndagusavye Mana yanje ugarukire igihugu cacu kandi wakire mu bwami bwawe abariko barapfa bazira Democratie”.