Thursday, September 21, 2023
No menu items!
HomeNewsBig Fariouz yatangaje benshi mu giteramo giheruka kubera mu Rwanda, ngibi hano...

Big Fariouz yatangaje benshi mu giteramo giheruka kubera mu Rwanda, ngibi hano ibintu bidasanzwe yakoze

Umuririmvyi yamamaye cane ndetse anakunzwe mu gihugu cose ” Big Fariouz ” mu giteramo aheruka kwitabira mu gihugu kibanyi cu Rwanda, amakuru turonka avuga ko ari umwe mu baririmvyi bashimishije benshi kuri uyo musi.

Nkuko tubitangarizwa na begenzi bacu bakora kuri InyaRWANDA, bo bavuga ko Big Fizzo mu ndirimbo ziwe zitandukanye zagiye zikundwa cane mu Rwanda haba izo hambere n’iz’ubu nka Munyana, Akabaju, Ndakumisinze, Niwonyemera,.. ngo yashimishije abakunzi biwe cane ariko ngo abenshi mubo yashimishije bakaba bari abi’igitsina gore nkuko vyibonekeje uwo munsi ikindi naco catangaje benshi ngo ni niwe muririmvyi wambere yaririmvye umwanya munini live muri iki gitaramo.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments