Friday, December 2, 2022
HomeNewsBig Fariouz yatahanye ubushimwe 3, Sat-B we nubwo yagerageje gukora...

Big Fariouz yatahanye ubushimwe 3, Sat-B we nubwo yagerageje gukora cane ariko ntagihembo yatahanye mwihiganwa rya Topten tube awards .

Umuririmvyi wumu Star mukunda muri benshi ” Sat-B ” mwihiganwa rya Toptentube awards ryari ryarateguwe na Radio Bonesha FM ryarangiye atagihembo na kimwe aronse ariko nubwo biruko ngo ntabwo acika intege zo kubandanya akora akazi kuko yipfuza ko umunsi umwe kuzotahukana agashimwe ka BET award.

sat b

Uno muririmvyi yasavye imbabazi aba Fans biwe bose kuba ataco yashoboye kuhakura nubwo yari yaragerageje gukora cane.

Sat-B yagize ati : Ntagihembo (award)nimwe naronse sorry kuba fans banje bose, nari naragerageje gukora caane uno mwaka ariko nibaza yuko atakirapfa kuko akazi karabandanya itegurire new song yitwa SATURA AMABAFLE ico bikoze ndizeye umunsi umwe gutahukana B E T award kuki M T V awards???? —

fariouz

UBM News kumakuru yizewe duhabwa numwe yari yishikiye muriryo higanwa, yatubwiye ko umuririmvyi yamamaye cane abenshi bazi kwizina rya Big Fariouz ko ariwe yatsindiye iryo higanwa aho yatahukanye ubushimwe bugera kuri 3 bwa topten Tube Award.

Must Read

Perezida Kagame yagiriza Tshisekedi kwitwaza intambara ya M23 kugira yunguruze amatora...

0
Umukuru w’igihugu c’Urwanda, Paul Kagame yagiriza mugenzi we w’igihugu ca Congo, Felix Tshisekedi ko yoba afise imigambi yo kwitwaza ibibazo vy’umutekano muke urangwa mu...