Umuririmvyi wa mbere akunzwe cane mu Burundi gusumvya abandi bose ( Big Fariouz ) nyuma yo gusohora indirimbo yakunzwe nabatari bake ( Niko sawa ), ubu ho yashimye kubaza aba fans biwe ikibazo gitangaje cane aho yababajije uko bakiriye iyo ndirimbo yiwe nshasha ya ( Niko sawa )
Big Fariouz yabwiye abakunzi biwe avuga ko ameze neza munyuma ahita ababaza nimba nabo ariko bameze ( Niko sawa…..nyie mko sawa!!!??? ) , abashababiki biwe ntibatevye kumwishura kuko bamuhaye inyishu zidasanzwe aho abenshi cane berekanye ko bamwishimiye ndetse ko bakunda indirimbo aririmba.
UBM News mukurangiza reka tubibutse ko Big Fizzo ariwe muririmvyi wa mbere aba mu Burundi afise abantu benshi bamukurikira kuri Facebook yiwe aho afise abarenga ( 5,900 likes )
Recent Comments