Nyuma yaho mu gihugu ca uganda umuco w’abakobwa bicuruza bakomeje kugenda biyongera uko bwije, kano kanya hariko haravugwa inkuru imwe y’umukobwa yagiye kwicuruza nkuko bisanzwe bikorwa na benshi, nyuma rero icakwirikiye nuko yaje guhura n’umusore amusaba ko boreka kunywera aho bari ahubwo bakagenda kwifata neza murugo rwuwo muhungu, ubwo baragiye umusore si ukumugurira inzoga izwi kwi izina rya Heineken, uwo mukobwa yaje kuzinywa araborerwa bimwe birengeje munyuma icakwirikiye namwe murabibona nuko uwo muhungu yahise akora ivyo yikorera arangije aza kumufotora yambaye ubusa ”
Uyu Musore yaje gufata aya mafoto atangura kugenda ayarungikira abagenzi biwe abereka ko yaryamanye nuno mukobwa, icakwirikiyeho nuko abo yagiye ayarungikira ano mafoto hahise havamwo bamwe batangura kuyashira kuri Internet.
Recent Comments