UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Bibere icigwa abagabo bafise ingeso mbi yo kwiruka mubandi bagore ” Raba hano ivyamushikiye

UBM News ads

Umugabo yitwa Joseph yafashwe aryamanye n’umugore w’umwana yarabereye umwishwa. ibi bikaba vyagiye ahagaragara muri iki gitondo co kuwa gatanu italiki ya 25, 2014 mu muji wa Dar es Salaam ariko ubusanzwe bikaba bimaze iminsi bibaye kuko yafashwe mw’ijoro ryo kuwa 17 Nyakanga 2014, kw’isaha ya saa saba z’ijoro.

IMG_9665Uyu mugabo akimara gufatwa yitabaye ariko biranga

 

Uyu mugabo yitwa Joseph akaba yarafatiwe muri amwe mumazu yo kuruhukiramwo, amwe twita lodge izwi kwizina rya gesti Afrikaans, iherereye mumuji wa Dar es Salaam.

uyu mugabo uri mukigero c’imyaka 41 y’amavuko, akaba yarafatanywe n’uyu mugore witwa Emiliani. ubusanzwe uyu mugore akaba yarasezeranye n’umuhungu witwa Kelvin ari nawe warubereye mwishwa w’uyu mugabo wafashwe.

Iyi lodge ikaba yarisanzwe ifise aho baruhukira ariko hakaba harimwo na restaurant kuri bamwe na bamwe baba baje kuriramwo cane cane abasengera mw’idini ya islam, ikindi naco nuko hateranira abantu benshi baje gufata ifunguro rizwi kwizina ry’Ifutari.

47Uyu mugabo yakubiswe hafi no gupfa

 Uyu mugabo akaba yarazanye n’uyu mugore wabandi mumasaha y’ijoro, ari nabwo batse kimwe muvyumba biraramwo abantu. gusa mubigaragara n’uko hari umuntu wari wababonye binjira ari nabwo yahamagaye umugabo w’uyu mugore, amubwira ko abonye binjira muri iyo lodge.

34

Umugabo w’uyu mugore ariwe Kelvin, akaba yarahise ahasesekara ndetse asaba ko bugurura ari nabwo yatanguye gukubita uyu mugabo Joseph, umubereye inarume. mugihe barwana, umugore we akaba yarahise yiruka arahava ndetse kugez’ubu bakaba baburiye irengero ryiwe.

52

Amaze gusohoka hanze, ari kumwe n’umwana abereye Nyirarume Uyu mugabo ukuze, akaba yaremeye ikosa ndetse asaba imbabazi ko batomujana muri police kugirango bitagaragara nabi mu miryango. nubwo uyu musore yari yavyanze ariko benshi bakaza kubimwumvisha, akazakuvyemera gusa yasavye ko Nyirarume agomba kumuha amande ahwanye namajana atanu yama Dollar ( $500 ).

IMG_9716

Yemeye kwandika urwandiko, ko azotanga amande ikindi naco Twobabwira ko nubwo uyu mugabo yatanze n’ayandi mahera kugirango ibintu babigire ibanga, bimwe mubinyamakuru vyandikirwa tanzania bikaba vyanse kwihererana agasha nk’aka nubwo vyari bikamaranye igihe, bimushira ahabona, ubwo rero akaba ari nabwo iyi nkuru yashizwe kumbuga zitandukanye muriki gitondo co kuwa gatanu italiki ya August 25,2014 unwo mwaka turimwo.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments