BEST LIFE MUSIC woba waronse umwigeme azoja mu masanamu ya BETTER THAN?

0

Umugwi BEST LIFE MUSIC woba wamaze kuronka umwigeme azoja mu masanamu y’indirimbo BETTER THAN nkuko amakuru ikinyamakuru canyu ubmnews.com dukesha G-kiboko asanzwe ahurikiye muri uyo mugwi usanzwe ugizwe n’imisore itanu,umugwi BEST LIFE MUSIC
NANI
Umugwi BEST LIFE MUSIC ukaba uvuga ko utaraheza ahubwo ukirondera n’abandi bigeme bifuza kuja mu masanamu y’indirimbo BETTER THAN
better than
Twobamenyeshako ayo masanamu y’indirimbo BETTER THAN azotangura gufatwa mu ndwi iza nkuko uwusanzwe afata mu mugongo uyo mufwi KENT-P yashoboye kubitumenyesha.