BERCO STARS WARAYE UTAHUKANYE IGIKOMBE CA ZONE 5

0

Umugwi w’abigeme wa BERCO STARS waraye utahukanye igikombe c’ihiganwa rya karere ka 5,ihiganwa ryariko ribera mu gihugu c,urwanda nkuko ikinyamakuru canyu ubmnews.com cavyiboneye kuko cari cishikiye muri ico gihugu c’urwanda.
bdi_berco_burundi_2015a

Umugwi wa BERCO STARS mu nkino 5 wakinye kaba utatsinzwe urukino na rumwe,inino zoze 5 ikaba yarazitsinze.
berco au rwanda
Umugwi wa BERCO STARS ukaba washite uno munsi mu gihugu c’uburundi.