UBM News ads
Tuesday, December 5, 2023
No menu items!
UBM News ads

Bamwe bamwe mu banyabutihinda barara ntibuca kubera Imbonerakure

Imbonerakure-cndd-fdd

Iterabwoba ribandanya rikorwa n’urwaruka rurhurikiye mu mugambwe uri ku butegetsi Imbonerakure, ivyo bikaba bivurwa hirya no hino aho abantu batandukanye baguma babidogera.

Muri Commune ya Butihinda mu Ntara ya Ngozi abari mu migambwe itavuga rumwe n’uwuri ku butegetsi baragiriza imberakure ko zibasotora mu kumanika amabendera(Flags) imbere y’amazu yabo. Nayo abanyagihugu bo muri ako gace bo bakarara ntibuca batinya ko bagabwako ibitero n’iyo misore bivuye kuko badasangiye ivyiyumviro vya politics.

Nkuko abarongoye imigambwe itavuga rumwe n’ubutegetsi babivuga ngo abarongoye umugambwe CNDD FDD bari muri izo ntara baraabifisemwo uruhara. Ivyo bikaba biterwa ivyatsi n’abasanzwe barongoye uwo mugamwe muri iyo commune ya Butihinda aho amenyesha ko ivyo ari ibi ibihuha.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments