UBM News ads
Friday, December 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Babby Jaymoe umuririmvyi w’umurundi aba muri America agiye gusohora video nshasha ” Raba hano amasanamu yayo

Umuririmvyi w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Babby Jaymoe , nyuma yaho asohoreye indirimbo yakunzwe na benshi yise ” Thinking About You, ubu naho agiye gushira ahagaragara video y’iyindi ndirimbo yise Beautifull

Amasanamu yino ndirimbo ya Beautifull ngaya hano musi, ubwo video muyitege muri benshi kuko izobashikira mu minsi .

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments