Ba maso by Solo M ( Official Audio )

0

solo-m

Umuririmvyi w’umurundi aba muri Leta zunze ubumwe za America ” Solo M ” Mu ndirimbo yiwe nshasha idasanzwe, ahamagarira abarundi ko boba maso muri kino gihe tugezemwo kuko ngw’abantu bubu basigaye bapfa bazira ivyiyumviro vyabo.


Umviriza ino ndirimbo hano ” Ba maso by Solo M ( Official Audio )