B-face buca afata urugendo

0

Umuririmvyi w’umurundi B-face on the flo buca afata urugendo yerekeza mu gihugu kibanyi c’urwanda aho agiye gukorana indirimbo na bamwe mu baririmvyi bakomeye cane muri ico gihugu c’urwanda.
b-face
Mu kiganiro twaraye tugiranye nuyo muririmvyi B-face akaba yatumenyesheje ko agiye mu Rwanda gukora indirimbo na abamwe mu baririmvyio bakomeye muri ico gihugu.
Tumubajije abo baririmvyi abaribo,B-face akaba yatwishuye ati:n’abaririmvyi bazwi kandi bakundwa cane ariko sinobavuga ubu ni surprise ku bakunzi b’umuziki w’uburundi.
on the flo
Twobamenyesha ko b-face azofata urugendo ejo ku munsi wa gatatu.